Zaburi 72:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abami bose bazomukubitira inkoro hasi+;Nayo amahanga yose azomukorera+. Yesaya 60:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amahanga azogenda koko agana umuco wawe+, abami+ na bo bagende bagana ubukayangane bw’ukwaka kwawe+.
3 Amahanga azogenda koko agana umuco wawe+, abami+ na bo bagende bagana ubukayangane bw’ukwaka kwawe+.