Nehemiya 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mu mbabazi zawe nyinshi ntiwabatikije+ canke ngo ubahebe+; kuko uri Imana y’inyempuhwe+ kandi y’inyembabazi+. Zaburi 130:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iyaba amakosa ari yo ugumizako ijisho+, ewe Ya,Ewe Yehova, ni nde yohagaze+?
31 Mu mbabazi zawe nyinshi ntiwabatikije+ canke ngo ubahebe+; kuko uri Imana y’inyempuhwe+ kandi y’inyembabazi+.