Zaburi 78:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Yaguma yibuka ko bari umubiri+,Yuko impwemu isohoka ntigaruke+. Zaburi 89:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ibuka ikiringo ubuzima bwanje bumara uko kireha+.Mbega waremeye ubusa gusa abana b’abantu bose+?