Zaburi 77:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Emwe, nzozirikana igikorwa cawe cose+,Kandi ivyo ukora ni vyo nzokwitwararika+. Zaburi 78:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Utwo tutanyegeza abana babo+,Tukatwiganira n’iyaruka rizoza+,Tukavuga amashemezo ya Yehova n’inkomezi ziwe+Be n’ibintu vyiwe vy’agatangaza yakoze+. Zaburi 119:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuntahuze inzira y’amateka yawe+,Kugira nitwararike ibikorwa vyawe vy’agatangaza+.
4 Utwo tutanyegeza abana babo+,Tukatwiganira n’iyaruka rizoza+,Tukavuga amashemezo ya Yehova n’inkomezi ziwe+Be n’ibintu vyiwe vy’agatangaza yakoze+.