Gusubira mu vyagezwe 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 vya bihinyuza bikomeye amaso yawe yabona+, na vya bimenyetso na vya bitangaro+ na ca kiganza gikomeye+ na kwa kuboko kuramvuye+ Yehova Imana yawe yagukuzayo+. Ukwo nyene ni ko Yehova Imana yawe azogirira ibisata vyose vy’abantu ufitiye ubwoba+. Zaburi 119:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Namenyesheje n’iminwa yanje+Ingingo z’ubutungane zose z’akanwa kawe+.
19 vya bihinyuza bikomeye amaso yawe yabona+, na vya bimenyetso na vya bitangaro+ na ca kiganza gikomeye+ na kwa kuboko kuramvuye+ Yehova Imana yawe yagukuzayo+. Ukwo nyene ni ko Yehova Imana yawe azogirira ibisata vyose vy’abantu ufitiye ubwoba+.