Itanguriro 41:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Farawo atumako rero Yozefu+, kugira bamuzane ningoga bamukuye mu cobo c’ibohero+. Nuko arimosha+ yongera ahindura imitamana yiwe+, araheza yinjira kwa Farawo.
14 Farawo atumako rero Yozefu+, kugira bamuzane ningoga bamukuye mu cobo c’ibohero+. Nuko arimosha+ yongera ahindura imitamana yiwe+, araheza yinjira kwa Farawo.