Itanguriro 46:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Jewe ubwanje nzomanukana nawe mu Misiri, kandi jewe nyene nzokudugana ndagukureyo ata kabuza+; kandi Yozefu azoshira ikiganza ciwe ku maso yawe*+.” Itanguriro 46:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, bajana n’amasho yabo n’ibintu vyabo, ivyo bari bararundanije mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo binjira mu Misiri, Yakobo n’uruvyaro rwiwe rwose. Yosuwa 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Izahaki ndamuha Yakobo na Esawu+. Mu nyuma Esawu ndamuha umusozi Seyiri kugira ngo awigarurire+; hanyuma Yakobo n’abahungu biwe bamanuka mu Misiri+. Ivyakozwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yakobo amanuka mu Misiri+. Hanyuma arasandaba+; na ba sogokuruza bacu biba ukwo+,
4 Jewe ubwanje nzomanukana nawe mu Misiri, kandi jewe nyene nzokudugana ndagukureyo ata kabuza+; kandi Yozefu azoshira ikiganza ciwe ku maso yawe*+.”
6 Vyongeye, bajana n’amasho yabo n’ibintu vyabo, ivyo bari bararundanije mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo binjira mu Misiri, Yakobo n’uruvyaro rwiwe rwose.
4 Maze Izahaki ndamuha Yakobo na Esawu+. Mu nyuma Esawu ndamuha umusozi Seyiri kugira ngo awigarurire+; hanyuma Yakobo n’abahungu biwe bamanuka mu Misiri+.