Kuvayo 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ako kanya Musa na Aroni bakora kuno+, nk’uko Yehova yari yategetse+; aduza ya nkoni akubita amazi ari mu ruzi Nili mu maso ya Farawo n’abasavyi biwe+, amazi yose yari mu ruzi Nili ahinduka amaraso+. Zaburi 78:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 N’ingene yatanguye guhindura amaraso imigende yabo ya Nili+,Ku buryo badashobora kunywa ku migezi yabo+.
20 Ako kanya Musa na Aroni bakora kuno+, nk’uko Yehova yari yategetse+; aduza ya nkoni akubita amazi ari mu ruzi Nili mu maso ya Farawo n’abasavyi biwe+, amazi yose yari mu ruzi Nili ahinduka amaraso+.
44 N’ingene yatanguye guhindura amaraso imigende yabo ya Nili+,Ku buryo badashobora kunywa ku migezi yabo+.