Abalewi 26:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike. Zaburi 44:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Udutanga nk’intama, nk’ikintu co kurya+,Kandi wadusanzaje mu mahanga+. Ezekiyeli 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ikigeretseko, jewe naradugije ukuboko ndabarahira mu gahinga+, yuko nzobasanzaza mu mahanga, nkabashwiragiza mu bihugu+,
33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.
23 Ikigeretseko, jewe naradugije ukuboko ndabarahira mu gahinga+, yuko nzobasanzaza mu mahanga, nkabashwiragiza mu bihugu+,