Gusubira mu vyagezwe 32:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yamusanze mu gihugu c’agahinga+,Mu bugaragwa bw’urwanaga, bugaragara+.Atangura kumukikuza+, kumwitwararika+,Kumuzigama nk’imbone y’ijisho ryiwe+. Zakariya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Amaze kuninahazwa+, yarantumye ku mahanga yahora abanyaga+; kuko uwubakozeko+ aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.
10 Yamusanze mu gihugu c’agahinga+,Mu bugaragwa bw’urwanaga, bugaragara+.Atangura kumukikuza+, kumwitwararika+,Kumuzigama nk’imbone y’ijisho ryiwe+.
8 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Amaze kuninahazwa+, yarantumye ku mahanga yahora abanyaga+; kuko uwubakozeko+ aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.