ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 34:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Intambwe z’imikangara z’imigāra ubwazo zaraburaniwe zirasonza+;

      Yamara abarondera Yehova bobo, nta kintu ciza bazobura+.

  • Zaburi 146:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Umwe ashitsa urubanza ku bw’abagunzwe+,

      Umwe aha umukate abashonje+.

      Yehova arabohora ababoshwe+.

  • Yeremiya 31:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Umutima w’abaherezi nzowuzuza ibinure+, kandi abantu banje bazohaga ukumera neza kwanje+,” ni ko Yehova avuze.

  • Luka 1:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 yahagije ivyiza abashonje+, abari bafise ubutunzi na bo abarungika imbokoboko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika