ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+.

  • Abacamanza 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo bene Isirayeli babwira Yehova bati: “Twaracumuye+. Nutugirire ico ubona ko ari ciza mu maso yawe+. Gusa, turakwinginze uturokore uyu musi+.”

  • Luka 15:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Agarukanye ubwenge, avuga ati: ‘Ni abacangero bangahe ba dawe bisenena umukate, nanje ndiko ndicirwa ng’aha na kigoyi!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika