Zaburi 138:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,Kandi nzohaya izina ryawe+,Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.
2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,Kandi nzohaya izina ryawe+,Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.