Zaburi 36:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri mu majuru+;Ubwizigirwa bwawe bugereza mu bicu+. Zaburi 57:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwinshi gushika mu majuru+,Ukuri kwawe na kwo gushika mu birere+. Zaburi 103:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+,Ni ko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari agahebuza ku bamutinya+.
10 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwinshi gushika mu majuru+,Ukuri kwawe na kwo gushika mu birere+.
11 Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+,Ni ko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari agahebuza ku bamutinya+.