Zaburi 60:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kugira ngo abakundwa bawe batabarwe+,Yoo! kirisha ukuryo kwawe kandi utwishure+. 2 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.
10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.