Kuvayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+. Zaburi 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubu ndazi koko yuko Yehova atabura gukiza uwo yarobanuje amavuta+.Amwishura ari mu majuru yiwe meranda+Biciye ku bikorwa vy’inkomezi vyo gukiza vy’ukuryo kwiwe+.
6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+.
6 Ubu ndazi koko yuko Yehova atabura gukiza uwo yarobanuje amavuta+.Amwishura ari mu majuru yiwe meranda+Biciye ku bikorwa vy’inkomezi vyo gukiza vy’ukuryo kwiwe+.