Zaburi 95:1 Bibiliya y’isi nshasha 95 Yoo! nimuze twihe akamo k’umunezero tukerekeza kuri Yehova+!Twihe akaruru k’intsinzi tukerekeza ku Gitandara cacu c’ubukiriro+. Zaburi 99:1 Bibiliya y’isi nshasha 99 Yehova ubwiwe acitse umwami+. Ibisata vy’abantu nibihagarike umutima+.Yicaye ku bakerubi+. Isi nidegedwe+. Zaburi 119:120 Bibiliya y’isi nshasha 120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+.
95 Yoo! nimuze twihe akamo k’umunezero tukerekeza kuri Yehova+!Twihe akaruru k’intsinzi tukerekeza ku Gitandara cacu c’ubukiriro+.
99 Yehova ubwiwe acitse umwami+. Ibisata vy’abantu nibihagarike umutima+.Yicaye ku bakerubi+. Isi nidegedwe+.
120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+.