Zaburi 77:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Emwe, nzozirikana igikorwa cawe cose+,Kandi ivyo ukora ni vyo nzokwitwararika+. Zaburi 92:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko watumye nezerwa, ewe Yehova, kubera igikorwa cawe;Kubera ibikorwa vy’amaboko yawe, ndiha akamo k’umunezero+. Zaburi 143:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nibutse imisi ya kera+;Nazirikanye igikorwa cawe cose+;Nagumye nitwararitse igikorwa c’amaboko yawe ndabikunze+.
4 Kuko watumye nezerwa, ewe Yehova, kubera igikorwa cawe;Kubera ibikorwa vy’amaboko yawe, ndiha akamo k’umunezero+.
5 Nibutse imisi ya kera+;Nazirikanye igikorwa cawe cose+;Nagumye nitwararitse igikorwa c’amaboko yawe ndabikunze+.