Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. Luka 7:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Ntiwansomye+; mugabo uyu mugore, kuva isaha ninjiriyeko, ntiyaretse gusomagurana ikibabarwe ibirenge vyanje. Abafilipi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
45 Ntiwansomye+; mugabo uyu mugore, kuva isaha ninjiriyeko, ntiyaretse gusomagurana ikibabarwe ibirenge vyanje.
10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,