Zaburi 145:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzoguhezagira burinde bwira+,Kandi nzoshemeza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. 1 Petero 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.
2 Nzoguhezagira burinde bwira+,Kandi nzoshemeza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.
7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.