Zaburi 89:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ukuboko kw’ubushobozi ni rwawe+;Ukuboko kwawe kurakomeye+,Ukuryo kwawe gushizwe hejuru+. Yesaya 63:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ari hehe Umwe yatuma ukuboko kwiwe kwiza+ kugendera iburyo bwa Musa; Umwe yasatura amazi imbere yabo+ kugira ngo yiheshe izina ryamaho igihe kitagira urugero+;
12 Ari hehe Umwe yatuma ukuboko kwiwe kwiza+ kugendera iburyo bwa Musa; Umwe yasatura amazi imbere yabo+ kugira ngo yiheshe izina ryamaho igihe kitagira urugero+;