Zaburi 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ewe Yehova, kiza umwami+!Azotwishura ku musi duhamagaye+. 1 Timoteyo 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ivyo ni vyiza kandi biremerwa+ imbere y’Umukiza wacu, Imana+,