Zaburi 119:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mbere n’abaganwa bicaye; bavuganye bandwanya+.Nayo umusavyi wawe, yitwararika ingingo nyobozi zawe+. Zaburi 119:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Ni vyiza kuba naratejwe amarushwa+,Kugira nige ingingo nyobozi zawe+.
23 Mbere n’abaganwa bicaye; bavuganye bandwanya+.Nayo umusavyi wawe, yitwararika ingingo nyobozi zawe+.