Gusubira mu vyagezwe 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+. Zaburi 119:146 Bibiliya y’isi nshasha 146 Narakwambaje. Yoo! nunkize+!Kandi nzogumya ivyibutsa vyawe+. Yeremiya 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Numvise koko Efurayimu yiririra+ ati: ‘Warankosoye, kugira ngo nkosorwe+, nk’inyana itamenyerejwe+. Numpindukize, nanje nzohindukira n’umutima ukunze+, kuko uri Yehova Imana yanje+.
30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+.
18 “Numvise koko Efurayimu yiririra+ ati: ‘Warankosoye, kugira ngo nkosorwe+, nk’inyana itamenyerejwe+. Numpindukize, nanje nzohindukira n’umutima ukunze+, kuko uri Yehova Imana yanje+.