Zaburi 119:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nabitse muri ntibate ijambo ryawe mu mutima wanje+,Kugira ngo singucumureko+. Abaheburayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.
11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.