Zaburi 73:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umubiri wanje n’umutima wanje vyagwabiye+.Imana ni yo gitandara c’umutima wanje n’umuturi wanje gushika igihe kitagira urugero+. Zaburi 84:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndashashaye ibigo vya Yehova kandi ngwabijwe n’ukuvyipfuza+.Umutima wanje n’umubiri wanje biriha akamo k’umunezero bikerekeza ku Mana nzima+. Mika 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.
26 Umubiri wanje n’umutima wanje vyagwabiye+.Imana ni yo gitandara c’umutima wanje n’umuturi wanje gushika igihe kitagira urugero+.
2 Ndashashaye ibigo vya Yehova kandi ngwabijwe n’ukuvyipfuza+.Umutima wanje n’umubiri wanje biriha akamo k’umunezero bikerekeza ku Mana nzima+.
7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.