ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 29:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Igihe yatuma itara ryayo ryakira ku mutwe wanje,

      Igihe naca mu mwiza murikiwe n’umuco wayo+;

  • Zaburi 18:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kuko ari wewe uzokwatsa itara ryanje, ewe Yehova+!

      Imana yanje ubwayo izotuma umwiza wanje ukayangana+.

  • Abanyefeso 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi ibintu vyose bikangirwa+ birashirwa ahabona n’umuco, kuko ikintu cose gishirwa ahabona+ ari umuco.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika