Zaburi 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Intambuko zanje nizifate imihora yawe+,Muri yo amakanda yanje ntazogenda anyiganyijwe+. Yesaya 41:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko jewe, Yehova Imana yawe, ngufata ukuboko kw’ukuryo+, nkakubwira nti: ‘Ntutinye+. Jewe nzogufasha+.’
13 Kuko jewe, Yehova Imana yawe, ngufata ukuboko kw’ukuryo+, nkakubwira nti: ‘Ntutinye+. Jewe nzogufasha+.’