Zaburi 116:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Aaa! Ewe Yehova+,Erega ndi umusavyi wawe+.Ndi umusavyi wawe, umwana w’umushumbakazi wawe+.Watekuruye imizana yanje+. Abaroma 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.
16 Aaa! Ewe Yehova+,Erega ndi umusavyi wawe+.Ndi umusavyi wawe, umwana w’umushumbakazi wawe+.Watekuruye imizana yanje+.
22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.