2 Abami 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze avuga ati: “Ingo tujane, urabe ingene ntihanganira ubukeba na bumwe+ kuri Yehova.” Nuko baguma bamutwarana na we mu mukogote w’intambara wiwe. Zaburi 69:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko umwete w’inzu yawe wandiye+,Kandi ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+. Yohani 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abigishwa biwe baca bibuka yuko vyanditswe ngo: “Umwete w’inzu yawe uzondya+.”
16 Maze avuga ati: “Ingo tujane, urabe ingene ntihanganira ubukeba na bumwe+ kuri Yehova.” Nuko baguma bamutwarana na we mu mukogote w’intambara wiwe.