Zaburi 63:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo nkwibutse ndi ku buriri bwanje+,Mu materama y’ijoro ndakuzirikana+. Luka 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri iyo misi aja ku musozi gusenga+, abandanya gusenga Imana ijoro ryose+.