ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko aramumanukana+, maze basanga basabagiye ku buringanire bw’igihugu cose, bariko bararya, banywa bongera bagira umusi mukuru+ kubera isahu ryinshi ryose bari bakuye mu gihugu c’Abafilisitiya no mu gihugu ca Yuda+.

  • Yesaya 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Wagwije ihanga+; warigwirije umunezero+. Banezerewe imbere yawe n’umunezero nk’uwo mu gihe c’iyimbura+, nk’abagira akanyamuneza igihe bagabura isahu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika