Nehemiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Niwumve+, ewe Mana yacu, kuko twabaye agakengerwe+; nusubize iceyi+ cabo ku mutwe wabo, kandi utume basahurwa bajanwe mu gihugu c’ubunyagano. Zaburi 44:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Wadushiriyeho kuba iceyi ku babanyi bacu+,Agatwengo be n’akamenyo ku badukikije+. Zaburi 89:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ingene abansi bawe basize iceyi, ewe Yehova+,Ingene basize iceyi amakanda y’uwo warobanuje amavuta+.
4 Niwumve+, ewe Mana yacu, kuko twabaye agakengerwe+; nusubize iceyi+ cabo ku mutwe wabo, kandi utume basahurwa bajanwe mu gihugu c’ubunyagano.
51 Ingene abansi bawe basize iceyi, ewe Yehova+,Ingene basize iceyi amakanda y’uwo warobanuje amavuta+.