ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 73:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ehe! Abo ni ba babisha, bitekaniye igihe kitagira urugero+.

      Bongereje ibibabeshaho+.

  • Zaburi 119:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  51 Abita imbere bantwengeye mw’ijigo bimwe birengeje+.

      Sinakebeje ngo nte itegeko ryawe+.

  • Yeremiya 48:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Abanyamowabu bamye batekanye kuva mu buto bwabo+, kandi bigumira ata nkomanzi ku rutere rwabo+. Ntibacuranuwe ngo bakurwe mu combo kimwe bashirwe mu kindi, kandi ntibagiye mu bunyagano. Ni co catumye akanovera kabo kaguma muri bo, n’akamoto kabo ntigahinduke.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika