Zaburi 83:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bavuze ngo: “Ingo tubazimanganye bareke kuba ihanga+,Kugira ngo izina rya Isirayeli ntiryongere kwibukwa+.” Zaburi 137:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”
4 Bavuze ngo: “Ingo tubazimanganye bareke kuba ihanga+,Kugira ngo izina rya Isirayeli ntiryongere kwibukwa+.”
7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”