ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 6:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 “Ubu rero, ewe Mana yanje, ndakwinginze amaso yawe+ abe ayuguruye, n’amatwi yawe+ abe ayumviriza isengesho rijanye n’aha hantu.

  • Zaburi 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Niwumve ibigororotse, Yehova we; niwumvirize akamo k’ukwinginga kwanje+;

      Tega ugutwi isengesho ryanje ridatuwe n’iminwa ivuga ivy’ubuhendanyi+.

  • Zaburi 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova,

      Kandi Imana yanje naguma ndayitabaza+.

      Nuko yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,

      Ugutabaza kwanje imbere yayo kuraheza gushika mu matwi yayo+.

  • Zaburi 34:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,

      Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika