Gusubira mu vyagezwe 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko umuturi wa Yehova ari abantu biwe+;Yakobo ni we mugabane atorana+. Zaburi 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hahiriwe ihanga Imana yaryo ari Yehova+,Igisata c’abantu yatoye ngo kibe intoranwa yiwe+.