Zaburi 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+! Zaburi 72:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.
9 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+! Zaburi 72:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.
17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.