ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Inyuma y’ivyo Imana yibuka+ Nowa n’igikoko cose n’igitungwa cose cari kumwe na we mu bwato+, maze Imana icisha umuyaga hejuru y’isi, amazi atangura guhwama+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+

      Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,

      Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganye

      Hakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze.

  • Zaburi 113:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Akaduza umuntu mutoyi amukuye mu mukungugu+;

      Ashira hejuru umworo amukuye mu kinogo c’umunyota+,

  • Luka 1:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 kubera ko yitegereje ubufafara bw’umushumbakazi wiwe+. Kuko, ehe kuva ubu amayaruka yose azonyita umuhirwe+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika