Zaburi 65:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uzotwishura ukoresheje ibintu biteye ubwoba, mu bugororotsi+,Ewe Mana y’ubukiriro bwacu+,Mizero y’imipaka yose y’isi n’abari kure ku kiyaga+. Yesaya 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwongera gutanga ukuboko kwiwe, ubugira kabiri+, kugira ngo yironse amasigarira y’abantu biwe bazoba basigaye, bavuye muri Ashuri+ no mu Misiri+ n’i Patirosi+ n’i Kushi+ n’i Elamu+ n’i Shinari+ n’i Hamati no mu mazinga y’ikiyaga+. Yesaya 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubwabo bazoduza ijwi, bihe akamo k’umunezero. Mu bukuru bwa Yehova, bazokwaniriza koko akamo kuva ku kiyaga+.
5 Uzotwishura ukoresheje ibintu biteye ubwoba, mu bugororotsi+,Ewe Mana y’ubukiriro bwacu+,Mizero y’imipaka yose y’isi n’abari kure ku kiyaga+.
11 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwongera gutanga ukuboko kwiwe, ubugira kabiri+, kugira ngo yironse amasigarira y’abantu biwe bazoba basigaye, bavuye muri Ashuri+ no mu Misiri+ n’i Patirosi+ n’i Kushi+ n’i Elamu+ n’i Shinari+ n’i Hamati no mu mazinga y’ikiyaga+.
14 Ubwabo bazoduza ijwi, bihe akamo k’umunezero. Mu bukuru bwa Yehova, bazokwaniriza koko akamo kuva ku kiyaga+.