ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 18:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Akaruru nikumvikane mu mazu yabo, niwabazanako giturumbuka akagwi k’abambuzi+. Kuko bimvye icobo kugira bamfate, kandi banyegeje imitego ngo ifate ibirenge vyanje+.

  • Luka 11:54
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 bamureretse+, ngo bagire ico bacakira+ kivuye mu kanwa kiwe.

  • Luka 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Bamaze kumwihweza bitonze, batuma abantu bemerewe ingero mu mpisho ngo bigire abagororotsi, kugira ngo bamufatire+ mu majambo, babone kumushikiriza intwaro na buramatari*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika