2 Samweli 15:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Dawidi amenyeshwa ngo: “Ahitofeli ari mu bariko bagirana na Abusalomu+ umugambi mubi+.” Dawidi aca avuga ati+: “Ewe Yehova+, ndakwinginze impanuro ya Ahitofeli uyihindure ubupfu+!” Zaburi 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntunshire mu maboko y’abarwanizi banje ngo bangire uko bagomba+;Kuko ivyabona vy’ikinyoma bimpagurukiye+,Be n’uwusuka ubukazi+.
31 Nuko Dawidi amenyeshwa ngo: “Ahitofeli ari mu bariko bagirana na Abusalomu+ umugambi mubi+.” Dawidi aca avuga ati+: “Ewe Yehova+, ndakwinginze impanuro ya Ahitofeli uyihindure ubupfu+!”
12 Ntunshire mu maboko y’abarwanizi banje ngo bangire uko bagomba+;Kuko ivyabona vy’ikinyoma bimpagurukiye+,Be n’uwusuka ubukazi+.