Gusubira mu vyagezwe 32:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.”
27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.”