Yesaya 44:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yihereza iminyota+. Umutima wiwe wahenzwe wamuhubishije+. Kandi ntarokora ubuzima bwiwe, canke ngo avuge ati: “Mbega mu kuryo kwanje ntihari ikinyoma+?”
20 Yihereza iminyota+. Umutima wiwe wahenzwe wamuhubishije+. Kandi ntarokora ubuzima bwiwe, canke ngo avuge ati: “Mbega mu kuryo kwanje ntihari ikinyoma+?”