Zaburi 34:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimutinye Yehova, yemwe beranda biwe+,Kuko abamutinya ata co babura+. Luka 1:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 yahagije ivyiza abashonje+, abari bafise ubutunzi na bo abarungika imbokoboko+.