Kuvayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+. Zaburi 149:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngo bashitsweko ingingo y’ubutungane yanditswe+.Mwene ubwo bwiza bwakaka ni ubw’intahemuka ziwe zose+.Shemeze Ya+! Ivyahishuwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze numva ikimeze nk’ijwi ry’isinzi rinini, kimeze kandi nk’ijwi ry’amazi menshi, kimeze kandi nk’ijwi ry’imituragaro yasana. Bavuga bati: “Shemeze Ya+, kuko Yehova Imana yacu, Mushoboravyose+, atanguye kuganza+.
2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+.
9 Ngo bashitsweko ingingo y’ubutungane yanditswe+.Mwene ubwo bwiza bwakaka ni ubw’intahemuka ziwe zose+.Shemeze Ya+!
6 Maze numva ikimeze nk’ijwi ry’isinzi rinini, kimeze kandi nk’ijwi ry’amazi menshi, kimeze kandi nk’ijwi ry’imituragaro yasana. Bavuga bati: “Shemeze Ya+, kuko Yehova Imana yacu, Mushoboravyose+, atanguye kuganza+.