Zaburi 145:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova ashigikira abatemba bose+,Kandi ahagurutsa abunamye bose+. Zaburi 147:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova aratabara abatekereza+;Amanura ababisha gushika hasi+. Luka 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Araheza amurambikako ibiganza; ako kanya nyene aca aragororoka+, atangura kuninahaza Imana. 2 Abakorinto 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yamara rero Imana, imwe ihoza+ abakubititse, yaraduhojeje biciye ku kuba Tito ari ho ari;