Zaburi 92:1 Bibiliya y’isi nshasha 92 Ni vyiza gukengurukira Yehova+No guhibongoreza izina ryawe, ewe Musumbavyose+! Zaburi 135:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Shemeze Ya, kuko Yehova ari mwiza+.Nimuhibongoreze izina ryiwe, kuko bihimbaye+.
92 Ni vyiza gukengurukira Yehova+No guhibongoreza izina ryawe, ewe Musumbavyose+! Zaburi 135:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Shemeze Ya, kuko Yehova ari mwiza+.Nimuhibongoreze izina ryiwe, kuko bihimbaye+.