Zaburi 33:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ubwiwe yavuze, bikaba+;Ubwiwe yarategetse, birarama+. Zaburi 68:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova ubwiwe aravuga ijambo+;Abagore batangaza inkuru nziza ni ingabo nyinshi+. Zaburi 107:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arungika ijambo ryiwe, arabakiza+,Arabakiza ivyobo vyabo+.