Itanguriro 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Imana itangura gukora ikirere no gutandukanya amazi akwiye kuba munsi y’ikirere n’amazi akwiye kuba hejuru y’ikirere+. Biraheza biba kuno. 2 Petero 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko, nk’uko icipfuzo cabo kiri, iki kintu kirabasoba: yuko kuva kera hariho amajuru+ n’isi ihagaze itsindagiye, hejuru y’amazi+, no hagati mu mazi+, biciye kw’ijambo ry’Imana;
7 Maze Imana itangura gukora ikirere no gutandukanya amazi akwiye kuba munsi y’ikirere n’amazi akwiye kuba hejuru y’ikirere+. Biraheza biba kuno.
5 Kuko, nk’uko icipfuzo cabo kiri, iki kintu kirabasoba: yuko kuva kera hariho amajuru+ n’isi ihagaze itsindagiye, hejuru y’amazi+, no hagati mu mazi+, biciye kw’ijambo ry’Imana;